Nigeria: Boko Haram yifatanije na I S

Abubakar Shekau Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Abubakar Shekau

Umutwe w'impirimbanyi za kiyisilamu wo muri Nigeria, Boko Haram wavuze ko ushyigikiye umutwe wa Islamic State urwanira muri Iraq no muri Syria.

Iryo tangazo ryasohotse mw'ijwi ry'umuyobozi wa Boko Haram, Abubakar Shekau, ku rubuga rwa Twitter rukoreshwa n'uwo mutwe wa Boko Haram.

Mu gihe cyashize byakekwaga ko Boko Haram ikorana n'umutwe wa al-Qaeda.

Umunyamakuru wa BBC yavuze ko ubwo butumwa bwasobanurwaga kuva mu cyarabu bashyira mu gifaransa no mu cyongereza.

Ibi bigaragaje ko umutwe wa Islamic State waguye ibikorwa byawo no muri Afrika.