Eliud Kipchoge yatsinze marathon

Uwufise ububasha kw’isanamu epa
Image caption Eliud Kipchoge

Ku ruhande rw'abagore, ni Tigist Tufa wo muri Ethipia yabaye uwa mbere.

Uwufise ububasha kw’isanamu Getty
Image caption Tigist Tufa yatahukanye umudari ku ruhande rw'abagore

Abantu baharurwa mu bihumbi 38 barimwo abanonotsi nibo basiganywe muri Marathon ya Londres.

Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters
Image caption London marathon

Muri iryo siganwa abantu baboneraho akaryo ko kwegeranya amafaranga y'intererano kumashirahamwe y'abagiraneza, aharurwa mu ma miriyoni y'ama dollars.