Abapolisi 11 bakatiwe gufungwa muri Afuganisitani

Uwufise ububasha kw’isanamu ap
Image caption Abapolisi muri Afuganisitani baregwa mu rukiko

Umugore, witwa Farkunda, yatewe ari ku rusengero igihe yabeshyerwaga ko yatwitse igitabo cya Korowani.

Ibi bihano bito byamagaywe, umwe mu badepite muri Afuganisitani avuga ko ahubwo umukuru wa polisi yagombye kuregwa.

Abantu bane bamaze gukatirwa gupfa kubera uruhare rwabo mu iyicwa ry'uyu mugore. Abandi umunani bakatiwe gufungwa imyaka 16.