Amama Mbabazi ngo azohangana na Museveni

Uwufise ububasha kw’isanamu
Image caption Amama Mbabazi

Amama Mbabazi yari umushikiranganji wa mbere, yavuze ko azoharanira guserukira umugambwe uri ku butegetsi.

Agiye guhangana na perezida Museveni, amaze imyaka 29 ku butegetsi.

Bwana Mbabazi yakoranye na perezida Museveni imyaka irenga 40, kugeza batandukanye mu mwaka uheze, ibgihe akuwe muri leta.