AMISOM ngo yishe aba Al-Shabaab 300

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Ingabo za AMISOM

Umukuru w'urwo rwego rwagiye kugarura amahoro muri Somalia, yabwiye BBC ko bariko baratohoza kandi ibivurwa ko ingabo za AMISOM zoba zarishe abanyagihugu basanzwe mu bumanuko mu gisagara ca Marka.

Aho muri Somalia nyene havurwa intambara zikomeye hagati y'ingabo za Ethiopia na Al-shabaab mu muji wa Beledweyne hafi y'urubibe na Ethiopia.