Cholera yahitanye 3 muri Tanzania

Uwufise ububasha kw’isanamu
Image caption Chelera yashikiye ahantu habuze amayira y'imicafu

Inzego z'ubuzima ziravuga ko iki cyorezo cyatewe n'isuku nkeya n'uburyo budakwiriye byo gutunganya imyanda iva mu mago y'abantu mu duce dutuwe cyane two muri uwo mujyi.

Ibintu vyatanguye kumenyekana cane igihe umugore w'imyaka 27, ku munsi wa tandatu.

Dar es salam icumbikiye abantu batari munsi ya miliyoni zitanu.

Akenshi abantu bacumbitse mu mazu yubats emu buryo budakurikije amategeko, aho usanga ata buryo buhari bwo gucira inzira imicafu iva mu mazu, ndetse n'umwanda wriraye, usanga ari bo bakarirwa na ben'izo ndgwara zituruka ku mwanda.