Umwuzukuru wa Mandela yitavye sentare

Uyu mugabo w'inyama 24 atarinze kuvurwa izina kugeza abajijwe bimba yemera canke ahakana icaha, yagirizwa kuba yarafashe ku nguvu umukobwa w' imyaka 15.

Asaba sentare kuburana yidegenvya, akaba yatawe muri yompi kuva ku munsi wa gatandatu.

Aregwa ko yafatiye ku nguvu uwo mukobwa muri restaurant mu ntango z'uku kwezi.