Ibihugu vya EU ntivyumva kumwe ikibazo c'impunzi

Uwufise ububasha kw’isanamu EPA

Iki ciyumviro cari catanzwe n'Ubudagi hamwe n'Ubufaransa.

Abashikiranganji ba mbere ba Republique Tcheque na Slovakia, bavuze ko ibihugu vyabo bizofasha gukemura iki kibazo ku bushake.

Hagati aho, Ubwongereza bwemeye kwakira impunzi ibihumbi 20 z'abanya Syria.

Ariko buvuga ko buzafata abasaba ubuhungiro bari mu nkambi ziri mu karere, atari abimukira bamaze guhungira mu bihugu vya Bulaya.