Abimukira bakomeza kurwira i Bulaya

HCR ivuga ko igitiri c'abimukira bakomeza gushika ku mugabane wa Bulaya kimaze kurenga 600,000.

Ico gitigiri kigeze ku ncuro zitatu ico bageze ko mu mwaka wose uheze.

Ibiharuro vyerekana ko abenshi baciye bageze mu Bugereki baciye muri Turkiya, bajabuka ikiyaga Aegean.

Uwundi murwi munini wajabutse ikiyaga Mediterranee, bava muri Libya binjira mu Butaliyano.

HCR ivuga ko igitiri c'abimukira bakomeza gushika ku mugabane wa Bulaya kimaze kurenga 600,000.