Abantu bafashwe ingwati Roubaix mu Bufaransa

Uwufise ububasha kw’isanamu

Roubaix n'igisagara kiri hafi y'uburibe Ubufaransa buhana n'Ububirigi.

Ibinyamakuru vyo mu Bubirigi bimenyesha ko abo bantu bafashwe ingwati inyuma y'aho igipolisi gihagarikiye imodokari.

Abaganga bari muri ako gace bavuga ko hari abakomeretse