Ibihe vyaranze amakuru ya 2015

Raba nimba ivyo wabitoye.

Ukwa mbere: Zambia mu matora yatsindwa na Edgar Lungu.

Ukwa kabiri: Inkino za CAN, igikombe catwawe na Cote d'Ivoire.

Ukwa gatatu: Muhammadu Buhari yatsinze amatora ya Nigeria.

Ukwa kane : Abantu 148 barishwe muri kaminuza ya Garissa.

Ukwa gatanu: Inzego zahatswe gusenyurwa mu Burundi.

Ukwa gatandatu: Igituro c'ibitoro carahiye, gihitana 150 muri Accra.

Ukwa ndwi: Perezida Obama yagendeye Kenya na Ethiopia.

Ukwa munani: Abimukira baguye muri mu mazi hafi ya Libya.

Ukwa cenda: Zahatswe guhindura imirisho muri Burkina Faso.

Ukwa cumi: Amatora muri Guinee, Cote d'Ivoire na Tanzania.

Ukwa 11: Papa Francois yagendeye Kenya, Uganda, na CAR.

Ukwa 12: Oscar Pistorius yarezwe ubwicanyi bugambiriwe.