Uko Noweri yahimbajwe ku isi

Bethlehem

Uwufise ububasha kw’isanamu EPA
Image caption Umupatiri w'umu Armeniya ariko asoma imisa y'ivuka rya Yezu mw'isengero ya Bethlehem, ikibanza abakirisu bizera ko arico Yezu kristu yavukiyemwo.
Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters
Image caption Abaje mu misa bariko batsa imuri muri iyo sengero imaze imyaka 1600.
Uwufise ububasha kw’isanamu bbc
Image caption Abakirisu muri NIgeria bashengereye mw'isenga, aho bizera ko Bikiramariya yibarukiye akana Yezu
Image caption Mu misa yo kuri Mont Sion mu Burundi, basengeye abanyapolitike buca baja mu biganiro.

Umuji wa Vatican

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP I Getty
Image caption Abakirisu bagera ku 10 000 bumviye misa mw'isengero Basilique Saint Pierre
Uwufise ububasha kw’isanamu EPA
Image caption Papa Francis araramutsa igishusho c'akana Yezu mi misa y'igicugu yo guhimbaza ivuka rya Yezu Kristu

Pekin

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Umukorezi areruye umusaraba yiteguriye kwinjira mw'isengero mu murwa mukuru w'Ubushinwa
Uwufise ububasha kw’isanamu AFPGetty
Image caption Abaserukira ibihugu vy'Ubwongereza na Amerika babwira abaturuka mu bihugu vyabo bari muri Pekin/Beijing kwigengesera kubera imvo z'umutekano
Uwufise ububasha kw’isanamu AFPGetty
Image caption Abana mu misa yo guhimbaza ivuka rya Kristu mu Bushinwa

Iraq

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Abakirisu bo muri Iraq baratotezwa n' umurwi Islamic State

Indonesia

Uwufise ububasha kw’isanamu EPA
Image caption Abakirisu ba Indonesia babaye mu ba mbere bahimbaje umunsi mukuru w'ivuka rya Kristu

Australia

Image caption Ba Mukerarugendo muri Australia bifatanije n'abandi mu muco wo guhimbaza ivuka rya Yezu Kristu

Bangladesh

Image caption Pere Noel yagendeye abana b'i Dhaka