Amerika: Inkubiri y'urubura yahagaritse ubuzima

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP

Inkubiri y’umuyaga w’urubura wahagaritse ubuzima bu gice cy’inkombe z’uburuasirazuba muri Amerika, ihagarika New York na Washington.

Abantu miliyoni 85 bagezweho n’ingaruka.

Mu bice bimwe santimetero 102 (cm 102) z’urubura zahagaritse inzira za gari ya moshi, indege zinakatira amashanyarazi abantu bagera ku 200.000.

Amabwiriza ategeka abantu kudakora ingendo muri New York aravanwaho ku Cyumweru.

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP

Abantu bagera kuri 18 bapfuye kubera impanuka z’umuhanda.

Ariko gugarura urubura nabyo biri mu mpamvu z’iki kirere kibi kuva ku wa Gatanu.