Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Laurent Gbagbo imbere ya sentare i La Haye

Uwari perezida wa Cote d'Ivoire Laurent Gbagbo, yahamagajwe imbere ya sentare mpuzamakungu mpanavyaha y' i La Haye -ICC.

Yagirizwa ivyaha vyakozwe mu gihe c'intambara hagati y'abavukagihugu, yadutse inyuma y'amatora yo mu 2010.

Gbagbo n'uwo bagirizwa hamwe Charles Ble Goude, barahakana ivyaha bakavuga ko bera.