Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ikiganiro kigufi n'umuririmvyi Kidum

Umuririmvyi w'Umurundi Jean Pierre Nimbona (Kidum) avuga ku kuntu asigaye ari rurangirana muri Afrika yo mu buserukio, kuri micro ya Robert Patrick Misigaro.