Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Amisom ivuga ko ata musirikare yishwe

Umuvuzi w'abasirikare b'u Burundi baharariye amahoro muri Somalia mu murwi Amisom, ahakana amakuru yavuga ko ikiziga c'umusirikare w'Umurundi cakwezwe m'ibarabara i Mogadishu.

Ayo makuru yatangajwe mu ndwi iheze n'umugwi urwanya leta ya somalia, Al Shabab.