Ibiri mu Imvo N'imvano yo ku wa 01/01/11

Tasha abanyu bari hirya no hino kw'isi mubicishije kuri BBC Gahuzamiryango.

Woba ufise abawe uheruka kera ushaka kwifuriza umwaka mwiza? Twandikire kuri imvo@bbc.co.uk, udusigire nimero yawe ya telefone tuguhamage.

Abashaka kuja mu kiganiro, tuzobahamaga itariki 24/12/10, baronke akaryo ko gutasha ababo, ubutumwa buzoce kuri BBC mu kibanza c'Imvo n'Imvano ku wa 01/01/2011.