Ibiri mu Imvo n'Imvano yo ku wa 02/04/11

Muri iki kiganiro, Ally Yusuf Mugenzi azoganira na bamwe mu banyeshure ba kaminuza mu Rwanda, batanguye guhura n'ingaruka zikomeye kubera iyo mfashanyo yahagaritswe.