Ibihugu bito birakeneye kuja muri Olympics?

Ibiherutse kuvugururwa: 20 ukwa kane, 2012 - 17:13 GMT

Media Player

Umviriza ivyiyumviro vya Venuste Niyongabo, umunonotsi yaserukiye Uburundi ubwa mbere mu mahiganwa ya Olympics akaza abuzaniye n'umudari w'izahabu

Rebamp4

Kugirango ukine ibi JavaScript igomba kuba ifunguye kandi uburyo bushya bwa Flash player bugomba kuba buri muri mudasobwa yawe.

Koresha aha handi wumve

Venuste Niyongabo

Venuste Niyongabo

Mbega ibihugu bito bito nk'Urwanda n'Uburndi birakeneye kwirirwa vyigora ngo biserukirwe mu mahiganwa mpuzamakungu akomeye nka Olympics?

BBC yaganiriye kur'iki ciyumviro na Venuste Niyongabo, umunonotsi yamenyekanishije izina ry'Uburundi mu makungu mu gihe yaronka umudari w'izahabu mu nkino za Olympics zabereye Atlanta mu 1996.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.