Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Amasanamu y'agahora kazana umwotsi Papa atowe

Aba Cardinal 115 ba ekleziya Gatolika bari i Roma mu gikorwa co gutora umu Papa mushasha.

Mushobora gukurikirana ngaha amasana y'ubwo nyene y'agahora gacamwo umwotsi Papa atowe.

Haje umwotsi wirabura, nta mu Papa azoba aratorwa.

Haje umwotsi were, umu Papa mushasha azoba atowe.