Inyubakwa yaguye iTongaat mu muji wa Durban
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Tongaat

Image caption Abajejwe gutabara bariko barondera abaguweko n' inyubakwa Tongaat mu muji wa Durban

Abajejwe gutabara muri Afrika y'epfo bongeye gutangura kurondera aboba bagihema munsi y'ikibanza c'amaduka cabomotse mu muji wa Durban.

Abantu baharurwa muri mirongo bazibiraniwe munsi y'ibihomoka.

Igisenge c'iyo nyubakwa yari ikiriko iraduzwa mu muji wa Tongaat carahanantutse, gihitana umuntu abandi barenga 30 barakomereka