Guha pension abageze mu za bukuru muri Afrika cahagurukiwe
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Inama kuri Pansiyo yatanguye

Inama mpuzamakungu ku kibazo ca Pansiyo yatanguye ku nshuro ya mbere ku mugabane wa Afrika, ikaba ibera i Abuja muri Nigeria.