Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Icuruzwa ry'amatike ritemewe n'amategeko

Umwe mu bayobozi b'isosiyete ishinzwe kwakira abantu mu irishanwa ry'igikombe cy'isi yatawe muri yombi muri Brezil, aregwa gucuruza ku buryo butemewe n'amategeko amatike agenewe abantu bakomeye.