Vyagenze gute uyu munsi muri Euro 2016?

Turkiya 0-1 Croatia Uwufise ububasha kw’isanamu EPA
Image caption Luka Modric yahesheje igitsindo Croatia

Mu nkino z'igikombe ca Bulaya c'umupira w'amaguru, Pologne yatsinze Irlande du Nord kimwe ku busa, ku gitego cinjijwe na Milik mu gice ca kabiri.

Urukino rwahuje Pologne na Irlande du Nord rwabereye muri Nice.

Imbere y'urwo rukino Croatia yari yatsinze Turkiya 1-0 aho umukinyi wo hagati asanzwe akinira Real Madrid, Luka Modric, ariwe yinjije ico gitego.

Mu kanya rurambikana hagati y'imirwi ya y'Ubudage na Ukraine mu muji wa Lille.