Ibijyane n'imikino ya Olempike i Rio 2016
Inkuru iri kw'isonga
Francine Niyonsaba mu mateka ya Olempike ku Burundi
Umunonotsi w'Umurundikazi, Francine Niyonsaba, asiganwa imetero 800 yaraye ahesheje u Burundi umudari Olempike ugira kabiri mu mateka y'ico gihugu
Eliud Kipchoge yatsinze ihiganwa rya nyuma rya Rio 2016
Umunyakenya Eliud Kipchoge yatsinze ihiganwa rya marathon, rya nyuma mu nkino za Olempike 2016 zabera i Rio de Janeiro muri Brezil
Bolt yanditse amateka mu mukino wo kunonora imitsi
Mu nkino Olempike zibera i Rio, Umunyajamaica Usain Bolt yakoze ibitarakorwa mu gutsindira imidara itatu y'inzahabu inshuro zitatu nyene yikurikiranya
Video, Imikino olimpike y'i Rio ku munsi wa 12, Umwanya bimara 1,00
Imikino olimpike y'i Rio ku munsi wa 12
Video, Imikino olimpike y'i Rio ku munsi wa 9, Umwanya bimara 1,00
Usain Bolt yabonye umudari we wa gatatu mu mikino olimpike muri metero 100 naho umunyafurikayepfo Wayde van Niekerk yesa umuhigo mu kwiruka metero 400.
Video, Imikino Olimpike y'i Rio ku munsi wa 4, Umwanya bimara 1,00
Imikino Olimpike y'i Rio ku munsi wa 4
Video, Ikipe y'abagore ya Basketball muri Senegali, Umwanya bimara 1,24
Ikipe y'abagore yo muri Senegali ni yo yonyine yitabiiye imikino ya Olempike i Rio 2016 iturutse ku mugabane wa Afurika.
Video, Umunonotsi wo muri Syri azoja i Rio kwoga kw'izina ry'impunzi, Umwanya bimara 0,53
Umunonotsi Yusra w'umunye Syria, ubu aba mu Budagi, azoja mu nkino za Olympic ari mu mugwi w'impunzi
Abanonotsi mu kwoga ba US bahagaritswe i Rio
Akanama ka Olempike mu gihugu ca Amerika kemeje ko abanonotsi bako babiri mu kwoga, babujijwe kuva mu gihugu ca Brezil.
Abashinwa babiri biyemeje kwubakana i Rio
Umunonotsi w'umushinwa yahaye impeta umukunzi wiwe yo kwumusaba ko bokwubakana mu nkino za Rio
Wayde van Niekerk yesheje umuhigo i Rio
Mu mikino olimpike ibera i Rio muri Bresil, Wayde van Niekerk wo muri Afurika yepfo yesheje umuhigo atwara umudari wa zahabu mu kwiruka metero 400.
Sumgong yegukanye zahabu
Umunyakenyakazi Jemima Jelagat Sumgong yegukanye umudari wa zahabu mu kwiruka marathon mu bagore.
Amasanamu, Amafoto y'imidari olimpike mu mateka
Aya ni amafoto y'ukuntu imidari yagiye itangwa mu mikino olimpike yasaga.
Amerika yujuje imidari 1000 ya zahabu
Leta zunze ubumwe za Amerika zesheje umuhigo zuzuza imidari igihumbi ya zahabu mu mikino olimpike iba mu ki. Nta kindi gihugu cyari cyabigeraho.
Mo Farah, igihangange mu kwiruka metero 10 000
Umwongereza Mo Farah yegukanye umudari wa zahabu mu kwiruka metero ibihumbi icumi mu mikino olimpike ibera i Rio muri Bresil.
Igereranye n'abakinnyi ngorangigo bari muri Olimpike
Gerageza umukino wa BBC Gahuzamiryango
Amasanamu, Rio 2016 : Impunzu zambawe n'abanonotsi batandukanye
Mu birori vyatanguje inkino Olympique za mbere zibereye ku mugabane wa Amerika y'ubumanuko, abanonotsi barenga 10 000 bavuye mu bihugu 206 batambagiye kuri stade Maracana.
Umukuru w'abanonotsi ba Kenya yafashwe ashitse Nairobi
Umukuru w'abanonotsi ba Kenya bahiganwa mu kwiruka, aheruka kwirukanwa i Rio, yafashwe ashitse ku kibuga c'indege i Nairobi
Uburusiya bwiyamirije igihano ku banonotsi babwo
Umukuru w'urwego rw'abanonotsi bafise ubumuga bo mu Burusiya yavuze ko kubabuza guhiganwa muri Rio 2016 ari kubaka uburenganzira bwa kiremwamuntu
Abanya Senegalikazi bakina Basketball i Rio 2016
Abakinyi b’umupira w’amaboko “Basketball” bo muri Senegal ni bo bonyene bitavye inkino za Rio 2016 muri Afrika.
Mu mutwe w'umukinnyi wa Olempike
Waba ufite ibisabwa kugira ngo urushanwe mu mikino ya Olempike?