Umukinyi wa Panthere noire Hakizimana avuga ko urukino rw'umupira w'amaguru rwamufashije
Umukinyi wa Panthere noire Hakizimana avuga ko urukino rw'umupira w'amaguru rwamufashije
Uwahora akina mu murwi wo mu gihugu c'Urwanda Panthere Noire Hakizimana Yahya Sabiti arigana ingene yari umukinyi akomeye n'aho urwo rukino rwamushikanye. Hakizimana Yahya avuga ko atemera gutsindwa ko umurwi yakinira watwaye ibikombe kenshi. Avuga ko urukino rw'umupira w'amaguru rwamushikanye kuri vyinshi nko kwiyubakira inzu, aramenyekana kurusha, ahabwa n'icubahiro.