Tomboza uwuzotsindira igikombe c'isi 2018, ukoresheje uyu mukino wa BBC News

Urashobora gutomboza neza na neza uwuzotsinda Russia 2018? Ni ayahe makipe azorengana umuce wambere? Hitamwo usubire usangire n'abandi ivyo watomboje muri uyi mukino wa BBC News.

Tugusavye kuvugura uburyo ukoresha kuri internet kugira ubone ibi