Ikirangamisi c'inkino za kivandimwe: imigwi yo mu Bwongereza Man City, Utd, Arsenal, Chelsea na Liverpool izohura n'iyihe migwi?

Ihiganwa ry'uyu mwaka ry'umupira w'amaguru mu Bwongereza 2018-2019 rizotangura itariki 10 z'ukwezi kw'umunani, ariko imbere y'aho iigwi myinshi izoja hirya no hino kw'isi gukina inkino za kivukanyi.

Uhereye muri Amerika gushika muri Australia, ugahera i Buraya gushika muri Asia, imigwi 20 yo mw'ihiganwa ryo mu Bwongereza izokina inkino zirenga 100 imbere y'uko ihiganwa ritangura.

Mu bintu biri ku rutonde harimwo kumenyereza abakinyi, gufasha abakinyi bashasha n'abamenyereza kumenyerana mu mugwi hamwe rero no guteza imbere urudandaza mu migwi.

Inkino za kivukanyi

Umugwi ufise igikombe co mu mwaka uheze Manchester City bazoja muri Amerika mu rugendo bazokinamwo inkino za kivukanyi n'imigwi yo mu Bwongereza Chelsea na Liverpool.

Iyo migwi itatu izoba iri kumwe kandi n'umugwi wa Manchester United, Arsenal na Tottenham muri izo nkino zo gukuranamwo z'igikombe c'isi c'imigwi yabaye iya mbere iwabo.

Iryo higanwa rya buri mwaka kandi rizoba ririmwo imigwi yabaye iya mbere muri Espagne, mu Butaliyano, mu Bufaransa n'Ubudagi- Barcelone, Juventus, PSG, na Bayern Munich - hamwe na Benfica hamwe na Athletico Madrid.

Liverpool izohura n'iyo migwi ibiri ya Manchester mu misi itatu, mu gihe Chelsea bazoba bariko baratana mu mitwe n'abakeba babo bo mu gisagara ca Londres, Arsenal mu gisagara ca Dublin itariki imwe y'ukwezi kw'umunani.

Mu gihe hasigaye indwi zibiri ngo habe urwo rukino, Chelsea izoja mu burengero bwa Australia gukina na Perth Glory.

Uwufise ububasha kw’isanamu Getty Images
Image caption Umugwi umwe gusa uherutse kuja mu cicaro ca mbere mu Bwongereza Cardiff ni wo mugwi wonyene utazoja muri izo nkino za kivukanyi

Southampton wabaye umugwi wa mbere wo mw'ihiganwa ryo mu Bwongereza wagize inkino za kivukanyi inyuma yo kunganya ibitego 3-3 n'umugwi wo mu Budagi wa Schalke imbere yo kuja mu Bushinwa aho yatsinze ibitego 3-2 umugwi wa Jiangsu Suning.

Inkino za kivukanyi imbere y'uko ihiganwa ryo mu Bwongereza ritangura:

Arsenal

14 Ukwezi kw'indwi: Boreham Wood 0-8 Arsenal (Meadow Park)

26 Ukwezi kw'indwi: Arsenal v Atletico Madrid (Singapore Sports Hub)

28 Ukwezi kw'indwi: Arsenal v Paris St-Germain (Singapore Sports Hub)

1 Ukwezi kw'indwi: Arsenal v Chelsea (Aviva Stadium, Dublin)

4 Ukwezi kw'umunani: Arsenal v Sevilla (Friends Arena, Stockholm)

Bournemouth

14 Ukwezi kw'indwi: Sevilla 1-1 Bournemouth (La Manga)

20 Ukwezi kw'indwi: Levante v Bournemouth (La Manga)

27 Ukwezi kw'indwi: Bristol City v Bournemouth (Ashton Gate)

28 Ukwezi kw'indwii: Nottingham Forest v Bournemouth (City Ground)

3 Ukwezi kw'umunani: Bournemouth v Real Betis (Vitality Stadium)

4 Ukwezi kw'umunani: Bournemouth v Marseille (Vitality Stadium)

Brighton

14 Ukwezi kw'indwi: St Gallen 1-1 Brighton (Kybunpark, St Gallen)

21 Ukwezi kw'indwi: AFC Wimbledon v Brighton (Cherry Red Records Stadium)

24 Ukwezi kw'indwi: Charlton Athletic v Brighton (The Valley)

28 Ukwezi kw'indwi: Birmingham City v Brighton (St Andrew's Stadium)

3 Ukwezi kw'umunani: Brighton v Sporting Lisbon (Amex Stadium)

Burnley

13 Ukwezi kw'indwi : Cork City 0-1 Burnley (Turners Cross, Cork)

20 Ukwezi kw'indwi: Macclesfield Town v Burnley (Moss Rose)

20 Ukwezi kw'indwi: Curzon Ashton v Burnley (Tameside Stadium)

23 Ukwezi kw'indwi: Preston North End v Burnley (Deepdale)

26 Ukwezi kw'indwi: Aberdeen v Burnley - Europa League second qualifying round first leg (Pittodrie)

29 Ukwezi kw'indwi: Burnley v Montpellier (Turf Moor)

2 Ukwezi kw'umunani: Burnley v Aberdeen - Europa League second qualifying round second leg (Turf Moor)

5 Ukwezi kw'umunani: Burnley v Espanyol (Turf Moor)

Cardiff City

16 Ukwezi kw'indwi: Tavistock AFC 0-6 Cardiff (Langsford Park)

18 Ukwezi kw'indwi: Bodmin Town v Cardiff (Priory Park)

20 Ukwezi kw'indwi: Torquay v Cardiff (Plainmoor)

25 Ukwezi kw'indwi: Rotherham United v Cardiff (New York Stadium)

28 Ukwezi kw'indwi: Burton Albion v Cardiff (Pirelli Stadium)

31 Ukwezi kw'indwi: Greenock Morton v Cardiff (Cappielow Park)

4 Ukwezi kw'umunani Cardiff v Real Betis (Cardiff City Stadium)

Chelsea

23 Ukwezi kw'indwi: Perth Glory v Chelsea (Optus Stadium, Perth)

28 Ukwezi kw'indwi: Chelsea v Inter Milan (Allianz Riviera Stadium, Nice)

1 Ukwezi kw'umunani: Arsenal v Chelsea (Aviva Stadium, Dublin)

5 Ukwezi kw'umunani: Chelsea v Manchester City - FA Community Shield (Wembley)

7 Ukwezi kw'umunani: Chelsea v Lyon (Stamford Bridge)

Crystal Palace

12 Ukwezi kw'indwi: Helsingor 2-2 Crystal Palace (Helsingor Stadium, Helsingor)

16 Ukwezi kw'indwi: Halmstads 1-6 Crystal Palace (Orjans Vall, Halmstad)

17 Ukwezi kw'indwi: Bromley 1-0 Crystal Palace (Hayes Lane)

21 Ukwezi kw'indwi: Oxford United v Crystal Palace (Kassam Stadium)

24 Ukwezi kw'indwi: Stevenage v Crystal Palace (Lamex Stadium)

28 Ukwezi kw'indwi: Reading v Crystal Palace (Madejski Stadium)

31 Ukwezi kw'indwi: Boreham Wood v Crystal Palace (Meadow Park)

4 Ukwezi kw'umunani : Crystal Palace v Toulouse (Selhurst Park)

7 Ukwezi kw'umunani: Kingstonian v Crystal Palace (King George's Field)

Everton

14 Ukwezi kw'indwi: ATV Irdning 0-22 Everton (ATV Arena, Irdning)

18 Ukwezi kw'indwi: Bury v Everton (Gigg Lane)

21 Ukwezi kw'indwi: Everton v Lille (Estadio Algarve, Portugal)

22 Ukwezi kw'indwi: Everton v Porto (Estadio Algarve, Portugal)

26 Ukwezi kw'indwi: Blackburn v Everton (Ewood Park)

4 Ukwezi kw'umunani: Everton v Valencia (Goodison Park)

Fulham

7 Ukwezi kw'indwi: Fulham 4-2 Crawley Town (Motspur Park)

14 Ukwezi kw'indwi: Fulham 0-0 Reading (EBB Stadium, Aldershot)

21 Ukwezi kw'indwi: Lyon v Fulham (Stade Pierre Rajon, Bourgoin-Jallieu)

1 Ukwezi kw'umunani: Fulham v Sampdoria (EBB Stadium, Aldershot)

4 Ukwezi kw'umunani: Fulham v Celta Vigo (Craven Cottage)

Huddersfield

10 Ukwezi kw'indwi: Bury 0-4 Huddersfield (Gigg Lane)

14 Ukwezi kw'indwi: Accrington Stanley 3-0 Huddersfield (Wham Stadium)

18 Ukwezi kw'indwi: Dynamo Dresden v Huddersfield (Stadion Am Sommerdamm, Russelsheim)

21 Ukwezi kw'indwi: Real Betis v Huddersfield (Stadion Essen)

21 Ukwezi kw'indwi: Rot-Weiss Essen/Werder Bremen v Huddersfield v (Stadion Essen)

22 Ukwezi kw'indwi: SV Darmstadt 98 v Huddersfield (Merck-Stadion am Bollenfalltor, Darmstadt)

25 Ukwezi kw'indwi: Huddersfield v Lyon (John Smith's Stadium)

31 Ukwezi kw'indwi: Huddersfield v Bologna (Brixen Im Thale, Austria)

3 Ukwezi kw'umunani: Huddersfield v RB Leipzig (Schwaz, Austria)

Leicester

21 Ukwezi kw'indwi: Notts County v Leicester (Meadow Lane)

1 Ukwezi kw'umunani: Leicester v Valencia (King Power Stadium)

4 Ukwezi kw'umunani: Lille v Leicester (Stade Pierre-Mauroy, Lille)

Liverpool

7 Ukwezi kw'indwi Chester 0-7 Liverpool (Swansway Chester Stadium)

10 Ukwezi kw'indwi: Tranmere Rovers 2-3 Liverpool (Prenton Park)

14 Ukwezi kw'indwi: Bury 0-0 Liverpool (Gigg Lane)

19 Ukwezi kw'indwi: Blackburn v Liverpool (Ewood Park)

22 Ukwezi kw'indwi: Liverpool v Borussia Dortmund (Bank of America Stadium, North Carolina)

25 Ukwezi kw'indwi: Manchester City v Liverpool (MetLife Stadium, New York)

28 Ukwezi kw'indwi: Manchester United v Liverpool (Michigan Stadium, Michigan)

4 Ukwezi kw'umunani: Liverpool v Napoli (Aviva Stadium, Dublin)

7 Ukwezi kw'umunani Liverpool v Torino (Anfield)

Manchester City

20 Ukwezi kw'indwi: Manchester City v Borussia Dortmund (Soldier Field, Chicago)

25 Ukwezi kw'indwi: Manchester City v Liverpool (MetLife Stadium, New York)

28 Ukwezi kw'indwi: Bayern Munich v Manchester City (Hard Rock Stadium, Miami)

5 Ukwezi kw'umunani: Chelsea v Manchester City - FA Community Shield (Wembley)

Manchester United

19 Ukwezi kw'indwii: Manchester United v Club America (Phoenix University Stadium, Arizona)

22 Ukwezi kw'indwi: Manchester United v San Jose Earthquakes (Levi's Stadium, Santa Clara)

25 Ukwezi kw'indwi: AC Milan v Manchester United (Rose Bowl, Pasadena)

28 Ukwezi kw'indwi: Manchester United v Liverpool (Michigan Stadium, Michigan)

31 Ukwezi kw'indwi: Manchester United v Real Madrid (Hard Rock Stadium, Miami)

5 Ukwezi kw'umunani: Bayern Munich v Manchester United (Allianz Stadium, Munich)

Newcastle

17 Ukwezi kw'indwi: St Patrick's Athletic 0-2 Newcastle (Richmond Park, Dublin)

24 Ukwezi kw'indwi: Hull City v Newcastle (KCOM Stadium)

28 Ukwezi kw'indwi: Porto v Newcastle (Estadio do Dragao, Porto)

1 Ukwezi kw'umunani: SC Braga v Newcastle (Estadio Municipal de Braga)

4 Ukwezi kw'umunani: Newcastle v Augsburg (St James' Park)

Southampton

5 Ukwezi kw'indwi: Schalke 04 3-3 Southampton (Kunshan Sports Centre Stadium)

11 Ukwezi kw'indwi: Jiangsu Suning 2-3 Southampton (Xuzhou Olympic Sports Centre Stadium)

21 Ukwezi kw'indwi: Derby County v Southampton (Pride Park)

1 Ukwezi kw'umunani: Southampton v Celta Vigo (St Mary's Stadium)

4 Ukwezi kw'umunani: Southampton v Borussia Monchengladbach (St Mary's Stadium)

Tottenham Hotspur

25 Ukwezi kw'indwi: Roma v Tottenham (SDCCU Stadium, San Diego)

28 Ukwezi kw'indwi: Barcelona v Tottenham (Rose Bowl, Pasadena)

31Ukwezi kw'indwi: Tottenham v AC Milan (US Bank Stadium, Minneapolis)

4 Ukwezi kw'umunani: Girona v Tottenham (Estadi Montilivi, Girona)

Watford

17 Ukwezi kw'indwi: FC Koln 1-1 Watford (behind closed doors)

21Ukwezi kw'indwi: Dusseldorf v Watford (behind closed doors)

27 Ukwezi kw'indwi: Stevenage v Watford (Lamex Stadium)

28 Ukwezi kw'indwi: Brentford v Watford (Griffin Park)

4 Ukwezi kw'umunani: Watford v Sampdoria (Vicarage Road)

West Ham

8 Ukwezi kw'indwi: FC Winterthur 3-2 West Ham (Schutzenwiese Stadium, Winterthur)

14 Ukwezi kw'indwi: Wycombe Wanderers 0-1 West Ham (Adams Park)

21 Ukwezi kw'indwi: Preston North End v West Ham (Deepdale)

25 Ukwezi kw'indwi: Aston Villa v West Ham (Bescot Stadium, Walsall)

28 Ukwezi kw'indwi: Ipswich Town v West Ham (Portman Road)

31 Ukwezi kw'indwi: Mainz v West Ham (Kufstein Arnea) Austria

3 Ukwezi kw'umunanii: Angers v West Ham (Das.Goldberg-Stadion, Grodig)

Wolves

10 Ukwezi kw'indwi: Basel 1-2 Wolves (Tissot Arena, Biel)

14 Ukwezi kw'indwi: Young Boys 0-4 Wolves (Berner Stadion Neufeld, Bern)

19 Ukwezi kw'indwi: Wolves v Ajax (Banks's Stadium, Walsall)

25 Ukwezi kw'indwi: Stoke City v Wolves (Bet365 Stadium)

28 Ukwezi kw'indwi: Derby County v Stoke City (Pride Park)

4 Ukwezi kw'umunani: Wolves v Villarreal (Molineux)

Ibindi bisa n’ibi