Imvo n'Imvano yerekeye ivyiyumviro vy'aba n'abandi kuri kazoza k'umuryango wa Afrika y'Ubuseruko
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Imvo n'Imvano iha ijambo aba n'abandi ku vyashikirijwe kuri kazoza k'umuryango wa Afrika y'Ubuseruko

Kino kiganiro giha ijambo aba n'abandi ku vyavuzwe mu kiganiro co ku wa 16 z'ukwezi kwa gatatu guheze kwa gatatu kuri kazoza k'umuryango wa Afrika y'Ubuseruko.

Abandikiye BBC bagira ico bavuga ku vyashikirijwe n'abatumire, Leontine Nzeyimana aserukira Uburundi mu nama nshingamateka ya Afrika y'Ubuseruko, Sylvestre Ntibantunganya, yahoze ari umukuru w’igihugu c’Uburundi, Faustin Twagiramungu yahoze ari umushikiranganji wa mbere w'u Rwanda na Joseph Sebarenzi, yahoze ari umukuru w'inama nshingamateka y'u Rwanda.

Ibindi bisa n’ibi