Ikiganiro ku bidasanzwe byaranze CAN 2019
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Imvo n'Imvano kuri bimwe mu bidasanzwe byaranze CAN 2019

Imvo n'Imvano y'uyu munsi yibanze ku irushanwa rya 32 ryo guhatanira igikombe cy'umupira w'amaguru cy'ibihugu by'Afurika, bita Afcon cyangwa CAN, ryaraye rirangiye mu gihugu cya Misiri.

Abatumire bacu ni Olivier Niyungeko, umutoza w'Intamba mu Rugamba, Karim Rurangirwa, Umunyarwanda uba i Cairo mu Misiri, Hashim Mbarushimana, Umunyarwanda na we uba i Cairo, hamwe n'abanyamakuru bacu Yves Bucyana wakurikiranye iyo mikino ari i Cairo na Robert Patrick Misigaro wari mu mujyi wa Alexandria.

Ikiganiro mwagiteguriwe na Félin Gakwaya.