Triesman yareze ruswa bane bo muri FIFA

IKirangatego ca FIFA Uwufise ububasha kw’isanamu
Image caption Ikirangantego ca FIFA

Lord David Triesman yaregeye abantu bane bo muri comite ya FIFA mu nama nshingamateka y'Ubwonegerza yariko iratohoza impamvu ico gihugu kitatsindiye gutunganya inkino mpuzamakungu zo guhiganirw aigikombe c' isi mu mwaka 2018

Bwana Triesman yavuze ko umwe mu bagize umurwi nshingwabikorwa wa FIFA yasavye hafi miyoni zine z' ama dollars ya Amerika, uwundi yasavye guterwa iteka ryo kwiatirwa n' umwamikazi.

FIFA yemeye kuzokwihweza ivyo birego.