Ihiganwa rya Grand Prix ntirikibaye muri Bahrain

ihiganwa rya formula one Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption sebatian vettel mw'ihiganwa rya formula one

Bernie Ecclestoneyabwiye BBC ko atibaza ko ihiganwa rya Grand Prix ryobaye mu kwezi kw'icumi muri Bahrain rigikunze, n'ubwo urwego nyobozi rw'inkino rwiyemeje kuzitunagnya.

Bwana Ecclestone yavuze ko iryo higanwa ridashobora kuba ridashigikiwe n'imirwi, imaze kugaragaza ko ifise amakenga kuri ico cemezo co gutunganya amagihanwa.

Ihiganwa rya Grand Prix yari kubera muri Bahrain ryasubijwe inyuma kuber'imyiyerekano y'abiyamiriza leta ya cami mur'ico gihugu,aho abantu bagera ku 30 bamaze kuhasiga ubuzima.