Wenger: Birababaje kutajya muri 1/4

Ibiherutse kuvugururwa: 13 ukwa gatatu, 2013 - 15:24 GMT
Arsene Wenger

Arsene Wenger

Arsene Wenger avuga ko ababajwe no kubona Arsenal itarashoboye kwishyura ibitego 3-1 yatsinzwe na Bayern Munich bigatuma itagera muri 1/4 cy'irushanwa rya Champions League ry'i Buraya.

Arsenal yashoboye gutsindira Bayern Munich ku kibuga cyayo ibitego 2-0 ariko ntibyatuma ikomeza irushanwa.

Arsene Wenger avuga ko bibabaje kubona imirwi yose yo mu Bwongereza, Manchester United, Manchester City, Chelsea na Arsenal yose itageze muri 1/4 cy'iryo rushanwa.

Wenger ati: "Bikwiriye kutubera isomo"

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.