United na Real zashituye Abanyamerika

Uwufise ububasha kw’isanamu AP
Image caption Bwabaye ubwa mbere Abanyamerika baraba umupira w'amaguru ari benshi nk'uko

Abantu 109 000 bari bakoranye kurorera urukino rwa kivukanyi, aho Manchester United yatsinze Real Madrid 3 kuri 1.

Igihe Abanyamerika baheruka kurorera urukino rw'umupira w'amaguru ari benshi, hari mu 1984, aho umurwi w'Ubufaransa wahurira n'uwa Brezil ku kibuga ca Rose Bowl muri leta ya California.