Tiger Woods yabaye arahagarika Golf

Uwufise ububasha kw’isanamu AP
Image caption Tiger Woods

Tiger Woods, amaze gutsinda incuro 105 mu mahiganwa, muri uwo mukino wa Golf, amaze kwikura mu mahiganwa abiri yose muri izi ndwi zibiri ziheze.

Yavuze ko azogaruka yumvise ashobora gukina neza, agahiganwa ku rwego rwo hejuru.