Tennis: Andy yatsinze Nadal i Madrid

Andy yatsinze Nadal Uwufise ububasha kw’isanamu AP
Image caption Andy yatsinze Nadal

Umukinnyi wa Tennis w'umwongereza, Andy Murray, yatsindiye bwa mbere irushanwa ry'i Madrid bakinira ku butaka.

Murray yatsinze Rafael Nadal ku butaba bw'iwabo muri Espagne amaset 2-0 (6-3, 6-2).

Itsindwa rya Nadal ritumye ajya ku mwanya wa 7 w'isi bwa mbere agiye inyuma y'umwanya wa 5.