Abanyafrika muri Tour de France

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Umunyonzi w'ikinga Chris Froome, umwe mu bahabwa amahirwe yo gutsinda Tour de France

Buzoba bubaye ubwa mbere mu myaka 112 iryo higanwa rimaze, habonekamwo umurwi wanditswe muri Afrika.

MTN-Qhubeka, ufise icicaro muri Afrika y'epfo, urimwo abanya Afrika y'epfo n'aba nya Erythrea.

Ubuyobozi bw'uwo murwi bufise icizere ko uzohiganwa ku rwego rw'abari imbere mw'isi mu gutwara amakinga.

Umwe mu bahabwa amahirwe menshi muri iryo higanwa, n'uwaritsinze mu 2013, umwongereza Chris Froome, yakuriye muri Kenya na Afrika y'epfo.