Rugby: Ubufaransa bwatsinzwe nabi

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP

Nouvelle Zelande, ari nayo isanganywe igikombe, yakuyemwo Ubufarnsa ku ntsinzi ya 62-13, ibitego bitari bwaboneke muri kahise k'uru rukino.

Afrka y'epfo nayo yatsinze Wales (Pays des Gales) 23-19, mu rukino rutari rworoshe.

Uyu munsi naho Irlande iza gutana mu mitwe na Argentina.

Iyindi iza kugerageza gushika muri 1/2 ni Ecosse iza guhura na Australia.