Man City yatsinzwe na Everton mu nkino za Capital One

everton Lukaku Uwufise ububasha kw’isanamu z
Image caption Umukinyi Romelu Lukaku, umwe mubahaye intsinzi Everton

Umugwi wa Everton wsashoboye gutsinda Manchester City mu nkino za Capital One mu Bwongereza 2-1.

Abakinyi Funes Mori na Romelu Lukaku ni bo bafashije kugira iyo ntsinzi ya Everton iboneke mu rukino rwabereye ku kibuga ca Goodson Park.

Inyuma y’izo nkino za mbere z’igice ca kaabiri gishira ica nyuma, izo nkino zizobandanya mu gusubiza hagati y’itariki 26 na 27 mu kwezi kwa mbere, aho Liverpool bazokwakira Stoke City ku kibuga ca Anfield, mu gihe Man City bazokwakira Everton ku kibuga ca Etihad.