Otto Addo, azofasha kumenyereza FCN

Otto Addo, ubu afise imyaka 40, yarakoranye n'umurwi Black Stars, aba n'icegera c'umumenyereza w'uwundi murwi wo mu Budagi.

FCN imushima ko yaronse umuntu ashobora kunganira cane umumenyereza kuko azi neza uko abakinyi bitwara n'uko yobafasham baba abakomoka ku mugabane wa Afrika aturukako, canke abanya Bulaya.

Addo yarakiniye Ghana hagati ya 1999 na 2006, ico gihe yarakinye no mu gikombe c'isi ku ruhande rw' Ubudagi