Zidane abandanya kuronka intsinzi

real madrid Uwufise ububasha kw’isanamu Getty
Image caption Zinedine Zidane, umumenyereza wa Real Madrid

Umugwi w’umupira w’amaguru, Real Madrid, yatsinze Sporting Gijon ibitsindo 5-1, mw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru muri Espagne.

Ivyo bitsindo vyinjijwe na Gareth Bale 1, Christiano Ronaldo 2, hamwe na Karim Benzema 2.

Umugwi wa Barcelone na wo watsinze Atlhetic Bilbao, ibitsindo 6-0; ibitsindo vyatsinzwe na Lionel Messi, Neymar da Silva Santos, Luis Alberto Suarez na Ivan Rakitic.