Umugwi wa RDC mu rukino rwa nyuma rwa Chan

rdc chan
Image caption Umugwi wa RDC mu rukino rwa nyuma rwa Chan inyuma yo gutsinda Guinee 5-4

Umgwi wa RDC utsinze Guinee kuri penalty 5-5, inyuma y’iminota yategekanijwe y’urukino.

Iminota mirongo icenda yarangiye ari 0-0 amakipe yombi yerekanye umukino mwiza cyane cyane mu gice cya kabiri.

Buri kipe yagize umwanya wayo wo gutera mu izamu ry’indi ku buryo bugaragara Congo yahushije uburyo 2 bufatika bwo kubona igitego na Guinee yahushije ibitego 2 byari byabazwe.

Babongeye iminota mirongo itau y’urukino, aho RDC yaciye itsinda ku munota wa 112, hanyuma Guinee iza kugombora ku munota wa nyuma w’urukino, n’ukuvuga ku munota wa 120.

Baciye batera penalty, RDC yinjiza zitanu, Guinee itsinda zine.

umugwi RDC uzohura mu rukino rwa nyuma n'umugwi uzoba watsinze hagati ya Mali na Cote d'Ivoire bitegekanijwe ko bakina ejo aho bukera.