Abanyafrikakazi mw'100 bakomeye kw'isi kubwa FORBES
Abanyafrikakazi mw'100 bakomeye kw'isi kubwa FORBES
Ikinyamakuru Forbes catanze urutonde rw'abagore 100 bakomeye kw'isi.
Muri abo bagore b'ibihangange harimwo Abanyafrikakazi batatu.
Wewe wibaza ko ari nde mugore akomeye kw'isi kuruta abandi?