Isareli n'abanyapalestina

  1. Na Max Matza

    Umunyamakuru wa BBC, Washington

    Haradutse imishamirano hagati y'imirwi y'abashigikiye abayahudi n'abashigikiye abanya Palestina mu karere ka Times Square i New York mu ntango z'uku kwezi

    Ihohoterwa ryakorewe Abayahudi b'abanyamerika ryaribonekeje mu burere bwose muri ya misi 11 y'intambara hagati y'abanya Israel n'abanya Palestina yagiye kurangira habaye amasezerano yo kuyigaharika ku wa 20 z'uku kwa gatanu.

    Soma ibindi
    next