Urukiko Mpuzamahanga Mpanabyaha

  1. Fatou Bensouda

    Ibi bihano vyari vyafatiwe Fatou Bensouda ku butegetsi bwa Donald Trump inyuma y'aho CPI/ICC itangarije ko yari igihe gukora amatohoza ku vyaha vyo mu ntambara vyoba vyarakozwe n'abasirikare ba Amerika muri Afghanistan, hamwe n'incuti ya Amerika Israel mu turere twa Palestine.

    Soma ibindi
    next