Islamic State

  1. ISCAP

    Ubucuti ifitaniye na ADF buyiha akaryo ko gukorera muri Uganda mu buryo bworoshe. Butuma kandi uyu muhari wa IS wegera buke buke iyindi mihari ikorana nayo muri "Afrika yo hagati".

    Soma ibindi
    next
  2. Museveni asaba inyeshamba gushira ibirwanisho hasi (ifoto yo mu bubiko)

    Muri kino gihe, Museveni ari mu biganiro na mugenziwe wa Repubulika y'Intwaro Rusangi ya Congo, Perezida Felix Tshiekedi, kugira ngo bigire hamwe ingene Uganda yorungika ingabo mu buseruko bwa Congo guhiga uyu murwi w'inyeshamba.

    Soma ibindi
    next
  3. Ibitero vya ADF/IS

    Umwe mu mirwi izwi cane mu bikorwa vy'ubugome ikorera muri RD Congo ni uyu murwi uva muri Uganda Allied Democratic Forces (ADF), umurwi ugendera ku vyiyumviro vy'idini rya Islam washinzwe mu myaka ya 1990, uzwi mu ndyane zo hagati muri Uganda no mu buseruko bwa Congo.

    Soma ibindi
    next
  4. Ikiraje ishinga Uburusiya ni umutekano w'akarere no ku mbibe z'ibihugu bicudutse nabwo muri Aziya yo hagati

    Mu gihe Reta Zunze Ubumwe za Amerika n'ibihugu vya Bulaya biri mu rugamba rwo guhungisha abanya Afghanistan n'incuti zavyo bibavana i Kabul, Ubusuriya bwobwo buri mu bihugu bike bisa n'ibidatewe ubwoba n'ifatwa ry'ubutegetsi n'aba Taliban.

    Soma ibindi
    next