WhatsApp

  1. WhatsApp

    WhatsApp yavuze ko ku musi wa gatandatu uza ari wo musi wa nyuma ku ma miliyoni n'amamiliyoni y'abayikoresha kuba bemeye amategeko mashasha yo gukoresha urwo rubuga yanebaguwe cane ku zindi mbuga ngurukanabumenyi mu ntango z'uyu mwaka.

    Soma ibindi
    next
  2. Pegasus

    Umuntu kanaka urwego rw'ubutasi rushakaho amakuru avuye kuri telephone ye, ikigo gikoresha 'Pegasus' gikora ibishoboka ku buryo iyi 'software' igera muri telephone ye.

    Soma ibindi
    next