Syria

  1. Video content

    Video caption: Akoresha intwengo mu kurindisha umwana amabombe

    Akoresha intwengo mu kurindisha umwana amabombe. Uyu muvyeyi muri Siriya, nibwo burya akoresha mu kurinda umukobwa wiwe umwitwarariko w'intambara.

  2. Abategetsi ba Turukiya batangaje ifoto y'umugore wafatiwe mu mukwabu bakoze

    Amagambo y'abategetsi ba Turukiya yasubiwemo n'ibitangazamakuru byinshi bavuga ko ugutabwa muri yombi kwe gushobora gutanga amakuru y'ingenzi y'ubutasi ajyanye n'umutwe wa IS.

    Soma ibindi
    next