Afurika yunze Ubumwe

  1. Abasirikare ba Amisom muri Somalia baguma bongererezwa ikiringo uko umwaka utashe

    Vyitezwe ko abasirikare bari mu butumwa bw'ishirahamwe ry'ubumwe bwa Afrika, Amisom, baguma muri ico gihugu gushika itariki 31 z'ukwezi kwa cumi na kabiri gushika umutekano ugarutse hakaba n'amatora.

    Soma ibindi
    next
  2. Kenya ni kimwe mu bihugu vyarungitse abasirikare mu ngabo z'Ubumwe bwa Afrika (Amisom) muri Somalia

    Umushikiranganji wa Somalia ajejwe kumenyesha amakuru Osman Abukar Dubbe yagirije igihugu ca Kenya kwivanga muri politike y'ico gihugu no guha indaro i Nairobi abatavuga rumwe na reta y'ico gihugu.

    Soma ibindi
    next