Imikino

  1. Video content

    Video caption: Imvo n'Imvano ku marushanwa ya Basketball na Volleyball aherutse kubera mu Rwanda

    Ikiganiro kiribanda ku marushanwa yo guhatanira ibikombe by’afrika mu mimikino ya Basketball ndetse na Volleyball yabereye mu Rwanda.

  2. Iron Biby (kw'ifoto) yerekanye ko ari we wa mbere akomeye ahejeje kwandika amateka

    Sheick Ahmed al-Hassan Sanou - azwi kw'izina rya Iron Biby - yiremetse ikibuye gipima ibiro 229 (229Kg) yikoreye ku mutwe mu rukino rwa nyuma rwa Giants Live World Tour Final muri Ecosse/Scotland, akaba yarushije uw'imbere y'aho yari yiremetse icapima 228kg.

    Soma ibindi
    next
  3. Rwanda Vs Japan Paralympics

    Mu makipe umunani bahuriye i Tokyo batahanye umwanya wa karindwi, wumvikana nk'umwanya utari mwiza ariko Liliane Mukobwankawe avuga ko ari uwanyuma mu ba mbere ku isi.

    Soma ibindi
    next